Yesaya 2:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 kugira yinjire mu binogo vyo mu bitandara no mu migaga y’amabuye y’urutare, kubera inguvu ziteye ubwoba za Yehova, bahunge ubwiza bwakaka bw’ubukuru bwiwe+, niyahaguruka kugira ngo isi iranduke umutima.
21 kugira yinjire mu binogo vyo mu bitandara no mu migaga y’amabuye y’urutare, kubera inguvu ziteye ubwoba za Yehova, bahunge ubwiza bwakaka bw’ubukuru bwiwe+, niyahaguruka kugira ngo isi iranduke umutima.