2 Timoteyo 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ariko weho, ugume mu vyo wize ukumvishwa ukavyemera+, uzi ababikwigishije abo ari bo+ 2 Timoteyo 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ariko weho, uzigame ubwenge bwawe+ muri vyose, wihanganire imibabaro+, ukore igikorwa c’umwamamaji w’injili+, urangure ubusuku bwawe bimwe bishitse+. Tito 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 agumya ijambo ryo kwizigirwa ku bijanye n’ubuhanga bwiwe bwo kwigisha+, kugira ashobore guhimiriza biciye ku nyigisho ngirakamaro*+ no gukangira+ abayivuguruza.
5 Ariko weho, uzigame ubwenge bwawe+ muri vyose, wihanganire imibabaro+, ukore igikorwa c’umwamamaji w’injili+, urangure ubusuku bwawe bimwe bishitse+.
9 agumya ijambo ryo kwizigirwa ku bijanye n’ubuhanga bwiwe bwo kwigisha+, kugira ashobore guhimiriza biciye ku nyigisho ngirakamaro*+ no gukangira+ abayivuguruza.