1 Timoteyo 5:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ukangire+ mu maso ya bose abantu baza baracumura+, kugira ngo abandi na bo batinye+. Tito 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 agumya ijambo ryo kwizigirwa ku bijanye n’ubuhanga bwiwe bwo kwigisha+, kugira ashobore guhimiriza biciye ku nyigisho ngirakamaro*+ no gukangira+ abayivuguruza. Tito 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Iyo ntahe ni iy’ukuri. Ico nyene nigitume uguma ubakangira ubahambarira+, kugira ngo bagire amagara meza+ mu kwizera, Tito 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Guma uvuga ivyo bintu, uhimiriza, ukangira n’ububasha bwose bwo gutegeka+. Ntihagire umuntu n’umwe yigera agusuzugura+.
9 agumya ijambo ryo kwizigirwa ku bijanye n’ubuhanga bwiwe bwo kwigisha+, kugira ashobore guhimiriza biciye ku nyigisho ngirakamaro*+ no gukangira+ abayivuguruza.
13 Iyo ntahe ni iy’ukuri. Ico nyene nigitume uguma ubakangira ubahambarira+, kugira ngo bagire amagara meza+ mu kwizera,
15 Guma uvuga ivyo bintu, uhimiriza, ukangira n’ububasha bwose bwo gutegeka+. Ntihagire umuntu n’umwe yigera agusuzugura+.