Abafilipi 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 ndashishikara urugendo rwanje ngana kw’ihangiro+ ngo ndonke agashimwe+ k’ihamagarwa ryo kuduga+ twahamagawe n’Imana biciye kuri Kristu Yezu.
14 ndashishikara urugendo rwanje ngana kw’ihangiro+ ngo ndonke agashimwe+ k’ihamagarwa ryo kuduga+ twahamagawe n’Imana biciye kuri Kristu Yezu.