Abakolosayi 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Luka+ umuganga mukundwa arabaramutsa, na Dema+ nyene. Filemoni 24 Bibiliya y’isi nshasha 24 na Mariko, Arisitariko+, Dema+, Luka, abakozi bagenzanje.