2 Abakorinto 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 mu kuvuga ukuri, mu bubasha bw’Imana+; biciye ku birwanisho+ vy’ubugororotsi mu kuryo no mu kubamfu, Abafilipi 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Muri vyose, ndonka inkomezi ndabikesheje umwe ampa ububasha+. Abakolosayi 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 mukagirwa abanyabubasha n’ububasha bwose ku rugero rw’ubushobozi bwayo buninahaye+, ngo mubone kwihangana+ bimwe bishitse mwongera mwiyumanganya munezerewe, 1 Petero 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 mwebwe abariko bazigamwa n’ububasha bw’Imana biciye ku kwizera+ ku bw’ubukiriro+ buteguriwe guhishurwa+ mu gihe ca nyuma+.
7 mu kuvuga ukuri, mu bubasha bw’Imana+; biciye ku birwanisho+ vy’ubugororotsi mu kuryo no mu kubamfu,
11 mukagirwa abanyabubasha n’ububasha bwose ku rugero rw’ubushobozi bwayo buninahaye+, ngo mubone kwihangana+ bimwe bishitse mwongera mwiyumanganya munezerewe,
5 mwebwe abariko bazigamwa n’ububasha bw’Imana biciye ku kwizera+ ku bw’ubukiriro+ buteguriwe guhishurwa+ mu gihe ca nyuma+.