Ivyakozwe 2:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 bashemeza Imana kandi bakagira ubutoni ku bantu bose+. Ico gihe nyene ku musi ku musi Yehova yaguma abongerako+ abaza barakizwa+. Abanyefeso 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 yaratugize bazima hamwe na Kristu, mu gihe nyene twari twarapfiriye mu makosa+—mukaba mwakirishijwe ubuntu ata wari abukwiriye+—
47 bashemeza Imana kandi bakagira ubutoni ku bantu bose+. Ico gihe nyene ku musi ku musi Yehova yaguma abongerako+ abaza barakizwa+.
5 yaratugize bazima hamwe na Kristu, mu gihe nyene twari twarapfiriye mu makosa+—mukaba mwakirishijwe ubuntu ata wari abukwiriye+—