Abaroma 8:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ariko turazi yuko Imana ituma ibikorwa vyayo vyose+ bisenyera ku mugozi umwe ku neza y’abakunda Imana, bakaba ari abahamagawe hisunzwe intumbero yayo+; Abanyefeso 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 nk’uko nyene yadutoye+ mu bumwe na we imbere y’ishingwa+ ry’isi, kugira ngo tube beranda, tutagira ikirabagu+ imbere yayo mu rukundo+. Abaheburayo 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko rero, bene wacu beranda basangiye uguhamagarirwa ijuru+, muzirikane ya ntumwa+ akaba n’umuherezi mukuru twemera icese+, ari we Yezu.
28 Ariko turazi yuko Imana ituma ibikorwa vyayo vyose+ bisenyera ku mugozi umwe ku neza y’abakunda Imana, bakaba ari abahamagawe hisunzwe intumbero yayo+;
4 nk’uko nyene yadutoye+ mu bumwe na we imbere y’ishingwa+ ry’isi, kugira ngo tube beranda, tutagira ikirabagu+ imbere yayo mu rukundo+.
3 Nuko rero, bene wacu beranda basangiye uguhamagarirwa ijuru+, muzirikane ya ntumwa+ akaba n’umuherezi mukuru twemera icese+, ari we Yezu.