Matayo 12:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nk’akarorero, uwo wese avuga nabi Umwana w’umuntu, azobibabarirwa+; mugabo uwo wese avuga nabi impwemu nyeranda, ntazobibabarirwa, habe namba, haba muri iki gihe* canke mu kizoza+.
32 Nk’akarorero, uwo wese avuga nabi Umwana w’umuntu, azobibabarirwa+; mugabo uwo wese avuga nabi impwemu nyeranda, ntazobibabarirwa, habe namba, haba muri iki gihe* canke mu kizoza+.