1 Abami 18:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Gutyo, igihe Yezebeli+ yarandura abahanuzi ba Yehova+, Obadiya yafashe abahanuzi ijana hanyuma aguma abanyegeje mw’isenga ari mirongo itanitanu, kandi abaronsa umukate n’amazi+.) 1 Abami 19:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ng’aho, amaherezo yinjira mw’isenga+, kugira ngo arareyo; maze ehe, ijambo rya Yehova riza kuri we, hanyuma rimubwira riti: “Ukora iki ng’aha ga Eliya+?”
4 Gutyo, igihe Yezebeli+ yarandura abahanuzi ba Yehova+, Obadiya yafashe abahanuzi ijana hanyuma aguma abanyegeje mw’isenga ari mirongo itanitanu, kandi abaronsa umukate n’amazi+.)
9 Ng’aho, amaherezo yinjira mw’isenga+, kugira ngo arareyo; maze ehe, ijambo rya Yehova riza kuri we, hanyuma rimubwira riti: “Ukora iki ng’aha ga Eliya+?”