Matayo 13:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 None uyu si umwana wa wa mubaji+? Nyina wiwe ntiyitwa Mariya, bene wabo na bo si Yakobo na Yozefu na Simoni na Yuda? Ivyakozwe 12:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo abagirira ikimenyetso+ n’ukuboko ngo bacereze, hanyuma abadondera ingene Yehova yamukuye mw’ibohero, maze avuga ati: “Mwiganire ivyo bintu Yakobo+ n’abavukanyi.” Aca arasohoka, aja ahandi. Abagalatiya 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ariko nta wundi nabonye mu ntumwa, atari Yakobo+ mwene wabo+ n’Umukama.
55 None uyu si umwana wa wa mubaji+? Nyina wiwe ntiyitwa Mariya, bene wabo na bo si Yakobo na Yozefu na Simoni na Yuda?
17 Mugabo abagirira ikimenyetso+ n’ukuboko ngo bacereze, hanyuma abadondera ingene Yehova yamukuye mw’ibohero, maze avuga ati: “Mwiganire ivyo bintu Yakobo+ n’abavukanyi.” Aca arasohoka, aja ahandi.