Zaburi 115:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ku biraba amajuru, amajuru ni aya Yehova+,Mugabo isi yayihaye abana b’abantu+. Abaroma 6:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kuko impembo igicumuro gitanga ari urupfu+, mugabo ingabirano+ Imana itanga ni ubuzima budahera+ biciye kuri Kristu Yezu Umukama wacu+. 1 Abakorinto 14:1 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mukurikirane urukundo, yamara mugume muronderana umwete ingabirano z’impwemu+, ariko canecane kugira muvuge ubuhanuzi+.
23 Kuko impembo igicumuro gitanga ari urupfu+, mugabo ingabirano+ Imana itanga ni ubuzima budahera+ biciye kuri Kristu Yezu Umukama wacu+.
14 Mukurikirane urukundo, yamara mugume muronderana umwete ingabirano z’impwemu+, ariko canecane kugira muvuge ubuhanuzi+.