Abaroma 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kandi si ivyo gusa, ahubwo twigine igihe turi mu makuba+, kuko tuzi yuko amakuba azana ukwihangana+; 1 Petero 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 kugira ngo agaciro kagejejwe k’ukwizera kwanyu+, kamwe karusha agaciro inzahabu ishira naho isuzumishwa umuriro ikarama+, kazosangwe ari imvo y’ugushimagizwa n’ubuninahazwa n’iteka kw’ihishurwa+ rya Yezu Kristu.
3 Kandi si ivyo gusa, ahubwo twigine igihe turi mu makuba+, kuko tuzi yuko amakuba azana ukwihangana+;
7 kugira ngo agaciro kagejejwe k’ukwizera kwanyu+, kamwe karusha agaciro inzahabu ishira naho isuzumishwa umuriro ikarama+, kazosangwe ari imvo y’ugushimagizwa n’ubuninahazwa n’iteka kw’ihishurwa+ rya Yezu Kristu.