ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 39:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Navuze nti: “Nzorinda inzira zanje+

      Ngo sincumure n’ururimi rwanje+.

      Nzoshiraho ikirumyo kirinda umunwa wanje+,

      Igihe cose umubisha azoba ari imbere yanje+.”

  • Imigani 12:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Hari uwuvuga atiyumviriye nk’aho avuganye ugusogota kw’inkota+, mugabo ururimi rw’abantu b’inkerebutsi ruravūra+.

  • Imigani 15:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ururimi rw’abantu b’inkerebutsi rukora ineza biciye ku bumenyi+, mugabo akanwa k’ibijuju kadudubiza ubupfu+.

  • 1 Petero 3:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko handitswe ngo: “Uwushaka gukunda ubuzima no kubona imisi myiza+, narinde ururimi rwiwe+ ikibi n’iminwa yiwe ayirinde kuvuga ivy’ubuhendanyi+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika