Matayo 5:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Mutegerezwa rero kuba abatagira akanenge, nk’uko So wo mw’ijuru atagira akanenge+.