Matayo 5:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Namwe nyene mureke umuco+ wanyu wakire imbere y’abantu, kugira babone ibikorwa vyanyu vyiza+ hanyuma baninahaze+ So ari mw’ijuru. Yakobo 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ni nde ari inkerebutsi kandi ategera muri mwebwe? Niyerekanire mu ngeso ziwe nziza ibikorwa vyiwe+ ari n’ubwitonzi buva ku bukerebutsi.
16 Namwe nyene mureke umuco+ wanyu wakire imbere y’abantu, kugira babone ibikorwa vyanyu vyiza+ hanyuma baninahaze+ So ari mw’ijuru.
13 Ni nde ari inkerebutsi kandi ategera muri mwebwe? Niyerekanire mu ngeso ziwe nziza ibikorwa vyiwe+ ari n’ubwitonzi buva ku bukerebutsi.