Yesaya 43:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 abantu nibumbiye, ngo badonde ishemezo ryanje+. Yesaya 61:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nayo mwebwe, muzokwitwa abaherezi ba Yehova+; muzovugwa+ ko muri abasuku+ b’Imana yacu. Muzorya amatunga y’amahanga+, kandi muzokwihaya ubuninahazwa bwabo akamwemwe kabasya+.
6 Nayo mwebwe, muzokwitwa abaherezi ba Yehova+; muzovugwa+ ko muri abasuku+ b’Imana yacu. Muzorya amatunga y’amahanga+, kandi muzokwihaya ubuninahazwa bwabo akamwemwe kabasya+.