Hoseya 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Kandi igitigiri ca bene Isirayeli kizoba koko nk’udutete tw’umusenyi two ku kiyaga tudashobora kugerwa canke guharurwa+. Kandi aho bahora babwirirwa ngo: ‘Ntimuri abantu banje+,’ bazohabwirirwa ngo: ‘Muri abana b’Imana nzima+.’ Ivyakozwe 15:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Simeyoni+ yiganye ata co asize inyuma ingene Imana yitayeho amahanga ari bwo bwa mbere ngo iyakuremwo igisata ku bw’izina ryayo+. Abaroma 9:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ni nk’uko ibivuga kandi muri Hoseya iti: “Abatari abantu banje+ nzobita ‘abantu banje,’ n’umugore atakundwa ndamwite ‘umukundwa+’;
10 “Kandi igitigiri ca bene Isirayeli kizoba koko nk’udutete tw’umusenyi two ku kiyaga tudashobora kugerwa canke guharurwa+. Kandi aho bahora babwirirwa ngo: ‘Ntimuri abantu banje+,’ bazohabwirirwa ngo: ‘Muri abana b’Imana nzima+.’
14 Simeyoni+ yiganye ata co asize inyuma ingene Imana yitayeho amahanga ari bwo bwa mbere ngo iyakuremwo igisata ku bw’izina ryayo+.
25 Ni nk’uko ibivuga kandi muri Hoseya iti: “Abatari abantu banje+ nzobita ‘abantu banje,’ n’umugore atakundwa ndamwite ‘umukundwa+’;