1 Abakorinto 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mugabo nzoza iwanyu vuba Yehova niyabigomba+, kandi sinzomenya amajambo y’abo bivyimvya, ahubwo nzomenya ububasha bwabo. 2 Abakorinto 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ndamaze kubivuga, kandi nk’aho noba ndahari irigira kabiri yamara ubu nkaba ntahari, mbaye ndabwira abacumuye be n’abandi bose, yuko ninaramuka ngarutse ata n’umwe nzoziguriza+,
19 Mugabo nzoza iwanyu vuba Yehova niyabigomba+, kandi sinzomenya amajambo y’abo bivyimvya, ahubwo nzomenya ububasha bwabo.
2 Ndamaze kubivuga, kandi nk’aho noba ndahari irigira kabiri yamara ubu nkaba ntahari, mbaye ndabwira abacumuye be n’abandi bose, yuko ninaramuka ngarutse ata n’umwe nzoziguriza+,