Ivyakozwe 15:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 kuguma mwirinze ivyashikaniwe ibigirwamana+, n’amaraso+, n’ibinizwe+, n’ubusambanyi+. Nimwaguma mwitandukanije neza n’ivyo bintu+, muzotunganirwa. Mugire amagara meza!” 1 Abakorinto 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo ubu ndabandikiye kureka kwivanga+ n’uwo wese yitwa mwene wacu akaba ari umusambanyi canke umunyamunoho+ canke uwusenga ibigirwamana canke uwutukana canke imborerwa+ canke umunyazi, no gusangira ntimugasangire n’umuntu mwene uyo. Abagalatiya 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kandi ibikorwa vy’umubiri biribonekeza+, bikaba ari ubusambanyi+, ubuhumane, ubushirasoni*+, Abanyefeso 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko ibi mubizi mukaba kandi muvyemera icese, yuko ata musambanyi+ canke umuntu ahumanye canke umunyamunoho+—bisobanura uwusenga ibigirwamana—azogira ico atorana mu bwami bwa Kristu n’Imana+.
29 kuguma mwirinze ivyashikaniwe ibigirwamana+, n’amaraso+, n’ibinizwe+, n’ubusambanyi+. Nimwaguma mwitandukanije neza n’ivyo bintu+, muzotunganirwa. Mugire amagara meza!”
11 Mugabo ubu ndabandikiye kureka kwivanga+ n’uwo wese yitwa mwene wacu akaba ari umusambanyi canke umunyamunoho+ canke uwusenga ibigirwamana canke uwutukana canke imborerwa+ canke umunyazi, no gusangira ntimugasangire n’umuntu mwene uyo.
5 Kuko ibi mubizi mukaba kandi muvyemera icese, yuko ata musambanyi+ canke umuntu ahumanye canke umunyamunoho+—bisobanura uwusenga ibigirwamana—azogira ico atorana mu bwami bwa Kristu n’Imana+.