Ivyahishuwe 12:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze yibaruka umwana w’umuhungu+, uw’igitsina-gabo, uwuzoragiza amahanga yose inkoni y’icuma+. Nya mwana wiwe aca ajanwa ku Mana no ku ntebe y’ubwami yayo+. Ivyahishuwe 19:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi mu kanwa kiwe hasokoroka inkota ndende ikarishe+, kugira ngo ayikubite amahanga, kandi azoyaragiza inkoni y’icuma+. Aganisha ibirenge kandi muri rwa ruganiro rw’umuvinyu+ rw’ishavu ry’uburake bw’Imana+ Mushoboravyose.
5 Maze yibaruka umwana w’umuhungu+, uw’igitsina-gabo, uwuzoragiza amahanga yose inkoni y’icuma+. Nya mwana wiwe aca ajanwa ku Mana no ku ntebe y’ubwami yayo+.
15 Kandi mu kanwa kiwe hasokoroka inkota ndende ikarishe+, kugira ngo ayikubite amahanga, kandi azoyaragiza inkoni y’icuma+. Aganisha ibirenge kandi muri rwa ruganiro rw’umuvinyu+ rw’ishavu ry’uburake bw’Imana+ Mushoboravyose.