9 Uze uvuze inzamba n’ijwi rinini+ mu kwezi kugira indwi ku musi ugira icumi wa nya kwezi+. Ku musi w’impongano+ muze muvuze nya nzamba mu gihugu canyu cose.
2 “Niwihingurire inzumbete+ zibiri z’ifeza. Uzozihingura mu kuzicurisha inyundo, zize zibe izo ukoresha mu guhamagaza+ ikoraniro no mu guhagurutsa amakambi.