Daniyeli 7:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Nguma nitegereza mu vyo neretswe mw’ijoro, maze ehe raba, uwusa n’umwana w’umuntu+ yariko azanana n’ibicu+ vyo mu majuru; yemererwa gushika aho Umwe wa kera mu misi+ ari, araheza yegerezwa imbere y’Uwo+. Ivyahishuwe 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ehe ariko arazanana n’ibicu+, kandi ijisho ryose rizomubona+, n’abamucumise bazomubona+; kandi imiryango yose yo kw’isi izokwikubitagura ku gikiriza yishwe n’intuntu kubera we+. Egome, Amen.
13 “Nguma nitegereza mu vyo neretswe mw’ijoro, maze ehe raba, uwusa n’umwana w’umuntu+ yariko azanana n’ibicu+ vyo mu majuru; yemererwa gushika aho Umwe wa kera mu misi+ ari, araheza yegerezwa imbere y’Uwo+.
7 Ehe ariko arazanana n’ibicu+, kandi ijisho ryose rizomubona+, n’abamucumise bazomubona+; kandi imiryango yose yo kw’isi izokwikubitagura ku gikiriza yishwe n’intuntu kubera we+. Egome, Amen.