Zaburi 90:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Imbere y’uko imisozi ivuka+,Imbere y’uko utangura kuvyara isi+ be n’ubutaka bwimbuka+, nko mu bubabare bw’ibise,Mbere kuva igihe kitagira urugero gushika igihe kitagira urugero, uri Imana+. 1 Timoteyo 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Wa Mwami w’ibihe bidahera+ rero, umwe atabora+, ataboneka+, we Mana yonyene+, iteka n’ubuninahazwa bibe ivyiwe ibihe bitazoshira+. Amen. Ivyahishuwe 4:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi igihe cose nya binyabuzima bihaye ubuninahazwa n’iteka n’ugukenguruka+ Umwe yicaye kuri ya ntebe y’ubwami+, Umwe abaho ibihe bitazoshira+,
2 Imbere y’uko imisozi ivuka+,Imbere y’uko utangura kuvyara isi+ be n’ubutaka bwimbuka+, nko mu bubabare bw’ibise,Mbere kuva igihe kitagira urugero gushika igihe kitagira urugero, uri Imana+.
17 Wa Mwami w’ibihe bidahera+ rero, umwe atabora+, ataboneka+, we Mana yonyene+, iteka n’ubuninahazwa bibe ivyiwe ibihe bitazoshira+. Amen.
9 Kandi igihe cose nya binyabuzima bihaye ubuninahazwa n’iteka n’ugukenguruka+ Umwe yicaye kuri ya ntebe y’ubwami+, Umwe abaho ibihe bitazoshira+,