Matayo 25:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Bakigenda kugura, wa mukwe arashika, maze ba bigeme b’isugi bari biteguye binjirana na we ku nzimano y’ubugeni+; umuryango uca urugarwa. Ivyahishuwe 19:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi ambwira ati: “Andika: Hahiriwe abatumiwe+ ku mfungurwa zo ku mugoroba z’ubugeni bwa wa Mwagazi w’intama+.” Vyongeye, ambwira ati: “Ayo ni yo majambo y’ukuri y’Imana+.”
10 Bakigenda kugura, wa mukwe arashika, maze ba bigeme b’isugi bari biteguye binjirana na we ku nzimano y’ubugeni+; umuryango uca urugarwa.
9 Kandi ambwira ati: “Andika: Hahiriwe abatumiwe+ ku mfungurwa zo ku mugoroba z’ubugeni bwa wa Mwagazi w’intama+.” Vyongeye, ambwira ati: “Ayo ni yo majambo y’ukuri y’Imana+.”