Yohani 3:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Vyongeye, nta muntu n’umwe yaduze mw’ijuru+ atari uwamanutse avayo+, ni we Mwana w’umuntu. Abaheburayo 11:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Kubera ukwizera, Henoki+ yaratwawe* kugira ntiyicwe, kandi nta na hamwe yaboneka kubera ko Imana yari yamutwaye+. Imbere y’uko atwarwa yari yashingiwe intahe yuko yahimbaye Imana vy’ukuri.
5 Kubera ukwizera, Henoki+ yaratwawe* kugira ntiyicwe, kandi nta na hamwe yaboneka kubera ko Imana yari yamutwaye+. Imbere y’uko atwarwa yari yashingiwe intahe yuko yahimbaye Imana vy’ukuri.