Yosuwa 17:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Abakomoka kuri Yozefu babaza Yosuwa bati: «Kubera iki waduhaye* akarere kamwe gusa+ ngo kabe intoranwa yacu? Erega turi benshi cane, kuko Yehova yagumye aduhezagira+.»
14 Abakomoka kuri Yozefu babaza Yosuwa bati: «Kubera iki waduhaye* akarere kamwe gusa+ ngo kabe intoranwa yacu? Erega turi benshi cane, kuko Yehova yagumye aduhezagira+.»