ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 37:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Benewabo bamubona akiri kure, maze atarabashikira, batangura kugira umugambi wo kumwica.

  • Itanguriro 37:28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Baca bakura Yozefu muri ca kinogo maze bamugurisha ifeza* 20+ ku badandaza b’Abamidiyani*+ bariko bararengana. Abo Bishimayeli baca bajana Yozefu mu Misiri.

  • Itanguriro 42:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Maze batangura kubwirana bati: «Emwe, iki ni igihano turonse kubera ivyo twakoreye mwenewacu+. Twarabonye intuntu yari afise igihe yadutakambira ngo tumugirire ikigongwe, ariko ntitwamwumvirije. Ni co gituma dushikiwe n’ibi vyago.»

  • Zaburi 105:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Nuko arungika umuntu ngo abitangire imbere,

      ari we Yozefu, uwari yagurishijwe ngo abe umushumba+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika