Itanguriro 8:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Mu mwaka ugira 601+, ku musi wa mbere w’ukwezi kwa mbere, amazi yari yakamye kw’isi. Nowa araheza akurako agace gatoyi k’ibisakazo*, abona isi iriko irumuka.
13 Mu mwaka ugira 601+, ku musi wa mbere w’ukwezi kwa mbere, amazi yari yakamye kw’isi. Nowa araheza akurako agace gatoyi k’ibisakazo*, abona isi iriko irumuka.