Itanguriro 1:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Maze Imana itangura gutunganya ikirere no gutandukanya amazi yari munsi yaco n’ayari hejuru yaco+. Biraheza biba gutyo nyene. Itanguriro 8:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ya mazi yo mu kirere na za ngomero zo kw’ijuru birugarwa, imvura ica irareka kugwa*+.
7 Maze Imana itangura gutunganya ikirere no gutandukanya amazi yari munsi yaco n’ayari hejuru yaco+. Biraheza biba gutyo nyene.