2 Petero 3:5, 6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Bariyobagiza n’ibigirankana yuko kera hariho ijuru n’isi yumutse ihagaze hejuru y’amazi no hagati mu mazi, biciye kw’ijambo ry’Imana+. 6 Bariyobagiza kandi yuko biciye kuri ivyo bintu, isi y’ico gihe yatikijwe igihe yarengerwa n’amazi y’umwuzure+.
5 Bariyobagiza n’ibigirankana yuko kera hariho ijuru n’isi yumutse ihagaze hejuru y’amazi no hagati mu mazi, biciye kw’ijambo ry’Imana+. 6 Bariyobagiza kandi yuko biciye kuri ivyo bintu, isi y’ico gihe yatikijwe igihe yarengerwa n’amazi y’umwuzure+.