Itanguriro 1:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Imana yongera kuvuga iti: «Ehe ndabahaye ibiterwa vyose vyo kw’isi vyama imbuto n’ibiti vyose bifise ivyamwa birimwo imbuto. Nibibabere ibifungurwa+.
29 Imana yongera kuvuga iti: «Ehe ndabahaye ibiterwa vyose vyo kw’isi vyama imbuto n’ibiti vyose bifise ivyamwa birimwo imbuto. Nibibabere ibifungurwa+.