Itanguriro 5:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Nowa amaze gukwiza imyaka 500, avyara Shemu+, Hamu+ na Yafeti+. Itanguriro 7:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Maze Nowa yinjira mu bwato ari kumwe n’abahungu biwe, umugore wiwe n’abagore b’abahungu biwe, imbere y’uko umwuzure ushika+. Itanguriro 10:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Iyi ni inkuru yigana kahise k’abahungu ba Nowa ari bo Shemu+, Hamu na Yafeti. Inyuma y’umwuzure ni ho batanguye kuvyara+.
7 Maze Nowa yinjira mu bwato ari kumwe n’abahungu biwe, umugore wiwe n’abagore b’abahungu biwe, imbere y’uko umwuzure ushika+.
10 Iyi ni inkuru yigana kahise k’abahungu ba Nowa ari bo Shemu+, Hamu na Yafeti. Inyuma y’umwuzure ni ho batanguye kuvyara+.