Yosuwa 24:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Yosuwa aca abwira abantu bose ati: «Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: “Kera ba sokuruza banyu+ baba hakurya ya rwa ruzi runini* kandi basenga* izindi mana+. Umwe muri bo ni Tera se wa Aburahamu na Nahori.
2 Yosuwa aca abwira abantu bose ati: «Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: “Kera ba sokuruza banyu+ baba hakurya ya rwa ruzi runini* kandi basenga* izindi mana+. Umwe muri bo ni Tera se wa Aburahamu na Nahori.