Itanguriro 11:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Aburamu na Nahori bahavuye barongora. Umugore wa Aburamu yitwa Sarayi+, uwa Nahori na we yitwa Milika+, umukobwa wa Harani. Harani yari se wa Milika na Isika.
29 Aburamu na Nahori bahavuye barongora. Umugore wa Aburamu yitwa Sarayi+, uwa Nahori na we yitwa Milika+, umukobwa wa Harani. Harani yari se wa Milika na Isika.