Itanguriro 17:5, 6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Kuva ubu ntucitwa Aburamu*. Uzokwitwa Aburahamu*, kuko nzokugira se w’amahanga menshi. 6 Uruvyaro rwawe nzorugwiza cane, cane rwose. Nzotuma uvamwo amahanga menshi, kandi abami bazogukomokako+.
5 Kuva ubu ntucitwa Aburamu*. Uzokwitwa Aburahamu*, kuko nzokugira se w’amahanga menshi. 6 Uruvyaro rwawe nzorugwiza cane, cane rwose. Nzotuma uvamwo amahanga menshi, kandi abami bazogukomokako+.