Itanguriro 26:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Mu nyuma, Abimeleki ava i Gerari aza kwa Izahaki ari kumwe na Ahuzati umujanama wiwe na Fikoli umukuru w’ingabo ziwe+. Itanguriro 26:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Bamwishura bati: «Twarabonye neza ko Yehova ari kumwe nawe+. Twaciye rero twibwira duti: “Reka tugiranire indahiro, dusezerane+
26 Mu nyuma, Abimeleki ava i Gerari aza kwa Izahaki ari kumwe na Ahuzati umujanama wiwe na Fikoli umukuru w’ingabo ziwe+.
28 Bamwishura bati: «Twarabonye neza ko Yehova ari kumwe nawe+. Twaciye rero twibwira duti: “Reka tugiranire indahiro, dusezerane+