Itanguriro 3:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Inzoka+ ni yo yarusha amayeri* ibindi bikoko vyose vyo mw’ishamba Yehova Imana yari yararemye. Nuko ibaza wa mugore iti: «Imana yoba yaravuze vy’ukuri yuko mudakwiye kurya ivyamwa vy’igiti na kimwe co muri iri tongo+?»
3 Inzoka+ ni yo yarusha amayeri* ibindi bikoko vyose vyo mw’ishamba Yehova Imana yari yararemye. Nuko ibaza wa mugore iti: «Imana yoba yaravuze vy’ukuri yuko mudakwiye kurya ivyamwa vy’igiti na kimwe co muri iri tongo+?»