Itanguriro 25:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Izahaki yari afise imyaka 40 igihe yarongora Rebeka umukobwa wa Betuweli+ Umwaramu w’i Padani-Aramu, akaba na mushiki wa Labani Umwaramu. Hoseya 12:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Yakobo yahungiye mu karere ka Aramu*+.Isirayeli+ yakoreyeyo ibikorwa kugira aronke umugore+,aragira intama kugira amuronke+.
20 Izahaki yari afise imyaka 40 igihe yarongora Rebeka umukobwa wa Betuweli+ Umwaramu w’i Padani-Aramu, akaba na mushiki wa Labani Umwaramu.
12 Yakobo yahungiye mu karere ka Aramu*+.Isirayeli+ yakoreyeyo ibikorwa kugira aronke umugore+,aragira intama kugira amuronke+.