Itanguriro 28:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Nuko Yakobo ava i Beri-Sheba, afata urugendo aja i Harani+. Itanguriro 30:43 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 43 Nuko Yakobo aratunga cane, agira amasho menshi, abasuku, abasukukazi, ingamiya hamwe n’indogobwa+. Itanguriro 32:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Yakobo aca agira ubwoba bwinshi, yuzura amaganya+. Nuko afata abantu bari kumwe na we, intama, impene, inka n’ingamiya abigabura mu migwi ibiri,
43 Nuko Yakobo aratunga cane, agira amasho menshi, abasuku, abasukukazi, ingamiya hamwe n’indogobwa+.
7 Yakobo aca agira ubwoba bwinshi, yuzura amaganya+. Nuko afata abantu bari kumwe na we, intama, impene, inka n’ingamiya abigabura mu migwi ibiri,