Kuvayo 25:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Uzokora ikintu baterekako amatara+ mu nzahabu itavanze, kandi uzogicurisha inyundo. Icicariro* caco, umutumba waco, amashami yaco, utubabi twaco, udupfundo twaco n’amashurwe yaco bikwiye kuba bifatanye, ari ikintu kimwe+. Abaheburayo 9:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Kuko hari harubatswe ihema. Mu cumba ca mbere harimwo ico baterekako amatara+ hamwe n’imeza be n’imikate y’ishikanwa* bayiterekako+, kikaba citwa Aheranda+.
31 Uzokora ikintu baterekako amatara+ mu nzahabu itavanze, kandi uzogicurisha inyundo. Icicariro* caco, umutumba waco, amashami yaco, utubabi twaco, udupfundo twaco n’amashurwe yaco bikwiye kuba bifatanye, ari ikintu kimwe+.
2 Kuko hari harubatswe ihema. Mu cumba ca mbere harimwo ico baterekako amatara+ hamwe n’imeza be n’imikate y’ishikanwa* bayiterekako+, kikaba citwa Aheranda+.