Guharura 7:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Umusi Musa arangiza kwubaka rya hema ryeranda+, yaciye arisukako amavuta*+, araryeza n’ibikoresho vyaryo vyose hamwe n’igicaniro n’ibikoresho vyaco vyose+. Amaze gusuka amavuta kuri ivyo bintu vyose akavyeza+, Guharura 9:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ku musi ihema ryeranda ryubakwa+, igicu caciye gipfuka iryo hema, ni ukuvuga rya hema ryarimwo isandugu y’isezerano*. Ariko ku mugoroba, haciye haboneka ikintu kimeze nk’umuriro, kiguma hejuru yaryo gushika mu gitondo+.
7 Umusi Musa arangiza kwubaka rya hema ryeranda+, yaciye arisukako amavuta*+, araryeza n’ibikoresho vyaryo vyose hamwe n’igicaniro n’ibikoresho vyaco vyose+. Amaze gusuka amavuta kuri ivyo bintu vyose akavyeza+,
15 Ku musi ihema ryeranda ryubakwa+, igicu caciye gipfuka iryo hema, ni ukuvuga rya hema ryarimwo isandugu y’isezerano*. Ariko ku mugoroba, haciye haboneka ikintu kimeze nk’umuriro, kiguma hejuru yaryo gushika mu gitondo+.