Ivyakozwe 7:18, 19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 gushika hatanguye gutwara uwundi mwami mu Misiri atari azi Yozefu+. 19 Uwo mwami yarakoresheje urwenge mu kurwanya ubwoko bwacu, afata nabi ba sogokuruza bacu, abahatira guheba abana babo b’inzoya kugira ntibabeho+.
18 gushika hatanguye gutwara uwundi mwami mu Misiri atari azi Yozefu+. 19 Uwo mwami yarakoresheje urwenge mu kurwanya ubwoko bwacu, afata nabi ba sogokuruza bacu, abahatira guheba abana babo b’inzoya kugira ntibabeho+.