Kuvayo 8:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Kuri uwo musi, intara ya Gosheni abantu banje babamwo nzoyitandukanya n’ahandi. Nta kibugu kizobonekayo+. Uzoca umenya ko jewe Yehova ndi aha muri iki gihugu+. Kuvayo 10:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Abanyamisiri bamara imisi itatu ata wushobora kubona uwundi, ata n’umwe ashobora kuva muhira iwe. Ariko mu mihana yose y’Abisirayeli harabona+. Kuvayo 11:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ariko rero, nta n’imbwa izokuga ibonye Abisirayeli canke ibitungwa vyabo, kugira mumenye ko Yehova ashoboye gushiraho itandukaniro hagati y’Abanyamisiri n’Abisirayeli+.” Kuvayo 12:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Amaraso azoba ikimenyetso cerekana amazu murimwo. Ninabona aho ayo maraso ari nzoca ndaharengana. Nta cago kizobazako ninaza guhana igihugu ca Misiri+.
22 Kuri uwo musi, intara ya Gosheni abantu banje babamwo nzoyitandukanya n’ahandi. Nta kibugu kizobonekayo+. Uzoca umenya ko jewe Yehova ndi aha muri iki gihugu+.
23 Abanyamisiri bamara imisi itatu ata wushobora kubona uwundi, ata n’umwe ashobora kuva muhira iwe. Ariko mu mihana yose y’Abisirayeli harabona+.
7 Ariko rero, nta n’imbwa izokuga ibonye Abisirayeli canke ibitungwa vyabo, kugira mumenye ko Yehova ashoboye gushiraho itandukaniro hagati y’Abanyamisiri n’Abisirayeli+.”
13 Amaraso azoba ikimenyetso cerekana amazu murimwo. Ninabona aho ayo maraso ari nzoca ndaharengana. Nta cago kizobazako ninaza guhana igihugu ca Misiri+.