Kuvayo 3:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ariko jewe ndazi neza ko umwami wa Misiri atazobareka ngo mugende, kiretse agondojwe n’ukuboko gukomeye+. Kuvayo 7:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ariko Farawo ntazobumviriza. Nzokwerekana ububasha bwanje mu Misiri*, kandi nzokura mu Misiri isinzi ry’abantu banje* ari bo Bisirayeli, nkoresheje ibihano bikomeye+. Abaroma 9:17, 18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Kuko icanditswe kibwira Farawo giti: «Mugabo iki ni co catumye mba ndakuretse: ni ukugira nerekane ububasha bwanje biciye kuri wewe no kugira izina ryanje ryamamare kw’isi yose+.» 18 Rero uwo ishaka iramugirira imbabazi, mugabo uwo ishaka ikamureka agacika intabarirwa+.
19 Ariko jewe ndazi neza ko umwami wa Misiri atazobareka ngo mugende, kiretse agondojwe n’ukuboko gukomeye+.
4 Ariko Farawo ntazobumviriza. Nzokwerekana ububasha bwanje mu Misiri*, kandi nzokura mu Misiri isinzi ry’abantu banje* ari bo Bisirayeli, nkoresheje ibihano bikomeye+.
17 Kuko icanditswe kibwira Farawo giti: «Mugabo iki ni co catumye mba ndakuretse: ni ukugira nerekane ububasha bwanje biciye kuri wewe no kugira izina ryanje ryamamare kw’isi yose+.» 18 Rero uwo ishaka iramugirira imbabazi, mugabo uwo ishaka ikamureka agacika intabarirwa+.