ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 13:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Uyu musi nyene muri uku kwezi kwa Abibu* muraza kuva mu Misiri+.

  • Kuvayo 23:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Muzohimbaza umusi mukuru w’imikate itarimwo umwambiro+. Nk’uko nabibategetse, muzomara imisi indwi murya imikate itarimwo umwambiro, igihe nashinze co mu kwezi kwa Abibu* kigeze+, kuko ari ho mwavuye mu Misiri. Nta n’umwe akwiye kuza imbere yanje iminwe misa+.

  • Guharura 28:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Ku musi ugira 14 w’ukwezi kwa mbere azoba ari Pasika ya Yehova+.

  • Gusubira mu vyagezwe 16:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Mwibuke ko ukwezi kwa Abibu* guhambaye. Mutegerezwa guhimbaza Pasika ya Yehova Imana yanyu+ mu kwezi kwa Abibu, kuko muri ukwo kwezi ari ho Yehova Imana yanyu yabakuye mu Misiri mw’ijoro+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika