Kuvayo 3:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Genda rero ukoranye abashingantahe bo muri Isirayeli, ubabwire uti: “Yehova Imana ya ba sokuruza banyu, Imana ya Aburahamu, Izahaki na Yakobo yambonekeye, ambwira ati: ‘Nabitegereje+ ndabona ivyo bariko barabakorera mu Misiri. Guharura 11:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Yehova yishura Musa ati: «Ntorera abagabo 70 mu bashingantahe bo muri Isirayeli, abagabo uzi ko ari abashingantahe n’abakuru babishoboye+, ubajane kw’ihema ry’ibonaniro hanyuma uhagararane na bo ng’aho.
16 Genda rero ukoranye abashingantahe bo muri Isirayeli, ubabwire uti: “Yehova Imana ya ba sokuruza banyu, Imana ya Aburahamu, Izahaki na Yakobo yambonekeye, ambwira ati: ‘Nabitegereje+ ndabona ivyo bariko barabakorera mu Misiri.
16 Yehova yishura Musa ati: «Ntorera abagabo 70 mu bashingantahe bo muri Isirayeli, abagabo uzi ko ari abashingantahe n’abakuru babishoboye+, ubajane kw’ihema ry’ibonaniro hanyuma uhagararane na bo ng’aho.