ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 16:2, 3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Maze ishengero ryose ry’Abisirayeli ritangura kwidogera Musa na Aroni mu bugaragwa+. 3 Abisirayeli baguma bababwira ngo: «Iyo Yehova apfuma atwicira mu Misiri tuciteretse inkono z’inyama+, tukirya umukate tugahaga! None raba mwatuzanye muri ubu bugaragwa kugira mwicishe inzara iri shengero ryose+.»

  • Kuvayo 17:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Ariko abantu bari banyotewe cane. Nuko baguma bidogera Musa+, bamubwira bati: «Wadukuriye iki mu Misiri? Washaka kutwicisha inyota, twe n’abana bacu n’ibitungwa vyacu?»

  • 1 Abakorinto 10:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Ivyo bintu rero vyatubereye akarorero, kugira ntitwipfuze ibintu bibi nk’uko na bo bavyipfuje+.

  • 1 Abakorinto 10:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Eka kandi ntimukidodombe nk’uko bamwe muri bo bidodomvye+, bakicwa n’umuranduzi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika