ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 28:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Abona kandi Yehova ari hejuru yayo, maze abwira Yakobo ati:

      «Ndi Yehova Imana ya Aburahamu sokuru wawe n’Imana ya Izahaki+. Iki gihugu uryamyeko nzokiguha mwe n’uruvyaro* rwawe+.

  • Itanguriro 32:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Yakobo aca arasenga ati: «Ewe Mana ya sokuru Aburahamu n’Imana ya dawe Izahaki, ewe Yehova, wewe wambwiye ngo: “Subira mu gihugu cawe no mu ncuti zawe nanje nzokugirira neza+.”

  • Matayo 22:32
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 32 “Ndi Imana ya Aburahamu, Imana ya Izahaki n’Imana ya Yakobo+?” Si Imana y’abapfuye, ahubwo ni iy’abazima+.»

  • Ivyakozwe 7:32
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 32 “Ndi Imana ya ba sogokuruza bawe, Imana ya Aburahamu, iya Izahaki n’iya Yakobo+.” Musa yaciye atangura guhinda agashitsi, ntiyubahuka kubandanya yihweza ivyo ari vyo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika