ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 1:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Baca bagena abahagarikiye ibikorwa* kugira babacinyize mu kubakoresha ibikorwa biruhisha+. Abisirayeli bubakira Farawo ibisagara vyo kubikamwo ibintu, ari vyo Pitomu na Ramesesi+.

  • Yesaya 63:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Amarushwa yose yabashikiye yaramuteye intuntu+.

      Intumwa yiwe bwite* yarabakijije+.

      Kubera urukundo rwiwe n’impuhwe ziwe yarabacunguye+,

      kandi mu misi yose ya kera yarabakuye hasi, arabaterura+.

  • Ivyakozwe 7:34
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 34 Nabonye vy’ukuri agacinyizo abantu banje barimwo mu Misiri, kandi numvise amaborogo yabo+, nkaba ngira nje kubarokora. Umve rero, ngira ndagutume mu Misiri.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika